1 Ngoma 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Aba ni bo yavyariye i Yeruzalemu+: Shimeya, Shobabu, Natani+ na Salomo+. Abo uko ari bane bavyawe na Batisheba+ umukobwa wa Amiyeli.
5 Aba ni bo yavyariye i Yeruzalemu+: Shimeya, Shobabu, Natani+ na Salomo+. Abo uko ari bane bavyawe na Batisheba+ umukobwa wa Amiyeli.