1 Ngoma 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Shimeyi yari afise abahungu 16 n’abakobwa 6. Mugabo benewabo ntibavyaye abahungu benshi, kandi nta n’umwe mu miryango yabo warimwo abahungu benshi nk’abo mu muryango wa Yuda+.
27 Shimeyi yari afise abahungu 16 n’abakobwa 6. Mugabo benewabo ntibavyaye abahungu benshi, kandi nta n’umwe mu miryango yabo warimwo abahungu benshi nk’abo mu muryango wa Yuda+.