1 Ngoma 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bukeye, Abafilisitiya baza gusahura ibintu vy’abo bishe, maze bubuka ku biziga vya Sawuli n’abahungu biwe ku musozi Gilibowa+.
8 Bukeye, Abafilisitiya baza gusahura ibintu vy’abo bishe, maze bubuka ku biziga vya Sawuli n’abahungu biwe ku musozi Gilibowa+.