1 Ngoma 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Sawuli bamwambura ivyo afise, bamuca umutwe, batwara n’ibirwanisho vyiwe. Baca barungika intumwa mu gihugu cose c’Abafilisitiya kugira babimenyeshe ibigirwamana vyabo+ n’abantu.
9 Sawuli bamwambura ivyo afise, bamuca umutwe, batwara n’ibirwanisho vyiwe. Baca barungika intumwa mu gihugu cose c’Abafilisitiya kugira babimenyeshe ibigirwamana vyabo+ n’abantu.