1 Ngoma 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 abarwanyi bose baca barahaguruka baja gutora ikiziga ca Sawuli n’ibiziga vy’abahungu biwe babijana i Yabeshi. Bahamba amagufa yabo munsi y’igiti kinini kiri i Yabeshi+, baraheza bamara imisi indwi bisonzesheje.
12 abarwanyi bose baca barahaguruka baja gutora ikiziga ca Sawuli n’ibiziga vy’abahungu biwe babijana i Yabeshi. Bahamba amagufa yabo munsi y’igiti kinini kiri i Yabeshi+, baraheza bamara imisi indwi bisonzesheje.