-
1 Ngoma 11:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Ba bagabo batatu baca binjira ku nguvu mw’ikambi y’Abafilisitiya. Bavoma amazi muri iryo tangi ryari hafi y’irembo ry’i Betelehemu maze bayazanira Dawidi. Mugabo Dawidi yanka kuyanywa, ayasuka imbere ya Yehova.
-