1 Ngoma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abishayi+ mwenewabo na Yowabu+ yari umukuru w’abandi barwanyi batatu b’intwari. Umusi umwe yishe abantu 300 akoresheje icumu ryiwe, kandi yari azwi cane nka ba barwanyi batatu bo mu mugwi wa mbere+. 1 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:20 Umunara w’Inderetsi,1/10/2005, rup. 10
20 Abishayi+ mwenewabo na Yowabu+ yari umukuru w’abandi barwanyi batatu b’intwari. Umusi umwe yishe abantu 300 akoresheje icumu ryiwe, kandi yari azwi cane nka ba barwanyi batatu bo mu mugwi wa mbere+.