1 Ngoma 11:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Benaya+ mwene Yehoyada na we nyene yari umugabo w’intwari*. Yarakoze ibikorwa vyinshi vy’ubuhizi i Kabuzeli+. Yishe abahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu yongera amanuka mu kinogo* ku musi urubura* rwariko ruragwa, yicirayo intambwe+.
22 Benaya+ mwene Yehoyada na we nyene yari umugabo w’intwari*. Yarakoze ibikorwa vyinshi vy’ubuhizi i Kabuzeli+. Yishe abahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu yongera amanuka mu kinogo* ku musi urubura* rwariko ruragwa, yicirayo intambwe+.