1 Ngoma 13:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze Dawidi n’Abisirayeli bose baduga i Bayala+, ari ho Kiriyati-Yeyarimu mu Buyuda, kugira ngo batoreyo isandugu ya Yehova Imana y’ukuri, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+. Imbere y’iyo sandugu ni ho abantu bambariza izina ryiwe.
6 Maze Dawidi n’Abisirayeli bose baduga i Bayala+, ari ho Kiriyati-Yeyarimu mu Buyuda, kugira ngo batoreyo isandugu ya Yehova Imana y’ukuri, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+. Imbere y’iyo sandugu ni ho abantu bambariza izina ryiwe.