1 Ngoma 13:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko bashitse ku mbuga yo mu murima* ya Kidoni, inka zihakwa gutembagaza iyo sandugu. Uza aca atuma ukuboko arayifata.
9 Ariko bashitse ku mbuga yo mu murima* ya Kidoni, inka zihakwa gutembagaza iyo sandugu. Uza aca atuma ukuboko arayifata.