1 Ngoma 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Iyo sandugu y’Imana y’ukuri yamaze amezi atatu mu rugo kwa Obedi-Edomu, kandi Yehova yaguma ahezagira urugo rwiwe n’ivyiwe vyose+.
14 Iyo sandugu y’Imana y’ukuri yamaze amezi atatu mu rugo kwa Obedi-Edomu, kandi Yehova yaguma ahezagira urugo rwiwe n’ivyiwe vyose+.