1 Ngoma 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Dawidi aca abwira abakuru b’Abalewi ngo batore abaririmvyi muri benewabo, kugira ngo baririmbe banezerewe bajana n’umuziki w’ibicurarangisho vy’imirya, inanga+ n’ivyuma bisama+.
16 Dawidi aca abwira abakuru b’Abalewi ngo batore abaririmvyi muri benewabo, kugira ngo baririmbe banezerewe bajana n’umuziki w’ibicurarangisho vy’imirya, inanga+ n’ivyuma bisama+.