1 Ngoma 15:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Abaherezi Shebaniya, Yoshafati, Netaneli, Amasayi, Zakariya, Benaya na Eliyezeri bavuza inzumbete n’ijwi rinini imbere y’isandugu y’Imana y’ukuri+. Obedi-Edomu na Yehiya na bo nyene barinda isandugu.
24 Abaherezi Shebaniya, Yoshafati, Netaneli, Amasayi, Zakariya, Benaya na Eliyezeri bavuza inzumbete n’ijwi rinini imbere y’isandugu y’Imana y’ukuri+. Obedi-Edomu na Yehiya na bo nyene barinda isandugu.