1 Ngoma 15:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Mugabo isandugu ya Yehova ishitse mu gisagara ca Dawidi+, Mikali+ umukobwa wa Sawuli araba hasi ari mw’idirisha. Maze abona umwami Dawidi ariko yikina amatavu, yigina uwo musi. Mikali aca atangura kumugayira mu mutima+.
29 Mugabo isandugu ya Yehova ishitse mu gisagara ca Dawidi+, Mikali+ umukobwa wa Sawuli araba hasi ari mw’idirisha. Maze abona umwami Dawidi ariko yikina amatavu, yigina uwo musi. Mikali aca atangura kumugayira mu mutima+.