1 Ngoma 16:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Yemwe miryango y’amahanga, nimuhe Yehova ivyo akwiriye.Nimuhe Yehova ivyo akwiriye kubera ubuninahazwa bwiwe n’inkomezi ziwe+.
28 Yemwe miryango y’amahanga, nimuhe Yehova ivyo akwiriye.Nimuhe Yehova ivyo akwiriye kubera ubuninahazwa bwiwe n’inkomezi ziwe+.