1 Ngoma 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Dawidi akimara kwinjira inzu* yiwe akayibamwo, abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’isezerano rya Yehova ikaba mw’ihema+.»
17 Dawidi akimara kwinjira inzu* yiwe akayibamwo, abwira umuhanuzi Natani+ ati: «Jewe mba mu nzu y’amasederi+, ariko isandugu y’isezerano rya Yehova ikaba mw’ihema+.»