1 Ngoma 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bwira rero umusavyi wanje Dawidi uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Nagukuye aho waragira ibitungwa, ndakugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+.
7 Bwira rero umusavyi wanje Dawidi uti: “Yehova Nyeningabo avuze ati: ‘Nagukuye aho waragira ibitungwa, ndakugira indongozi y’abantu banje b’Abisirayeli+.