1 Ngoma 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 kuva igihe nagena abacamanza kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli+. Nzotsinda abansi bawe bose+. Kandi jewe Yehova ndabikubwiye: nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*.
10 kuva igihe nagena abacamanza kugira bayobore abantu banje b’Abisirayeli+. Nzotsinda abansi bawe bose+. Kandi jewe Yehova ndabikubwiye: nzotuma ugira umuryango ukomokamwo abami*.