1 Ngoma 17:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umwami Dawidi aca aja kwicara hasi imbere ya Yehova, maze avuga ati: «Mbega ndi nde ga Yehova Mana? Kubera iki uguma unkorera ibi vyiza vyose kandi umuryango wanje ata co uvuze+?
16 Umwami Dawidi aca aja kwicara hasi imbere ya Yehova, maze avuga ati: «Mbega ndi nde ga Yehova Mana? Kubera iki uguma unkorera ibi vyiza vyose kandi umuryango wanje ata co uvuze+?