1 Ngoma 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ewe Mana, raba uvuze n’ibizoba ku muryango wanje mu gihe ca kure nk’aho umengo ivyo umaze kunkorera jewe umusavyi wawe ntibikwiye+. Kandi wambonye nk’umuntu akwiye guterwa iteka ryinshi*, ewe Yehova Mana.
17 Ewe Mana, raba uvuze n’ibizoba ku muryango wanje mu gihe ca kure nk’aho umengo ivyo umaze kunkorera jewe umusavyi wawe ntibikwiye+. Kandi wambonye nk’umuntu akwiye guterwa iteka ryinshi*, ewe Yehova Mana.