1 Ngoma 17:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Izina ryawe nirihangame* kandi rishirwe hejuru+ ibihe bidahera, kugira ngo abantu bavuge bati: “Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, ni we Mana ya Isirayeli.” Nutume umuryango w’umusavyi wawe Dawidi ushinga imizi+.
24 Izina ryawe nirihangame* kandi rishirwe hejuru+ ibihe bidahera, kugira ngo abantu bavuge bati: “Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, ni we Mana ya Isirayeli.” Nutume umuryango w’umusavyi wawe Dawidi ushinga imizi+.