1 Ngoma 18:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Dawidi amutwara imikogote 1.000, abarwanira ku mafarasi 7.000 n’abarwanira hasi 20.000+. Amafarasi yose akwega imikogote ayavuna amaguru*, asigaza 100 gusa+.
4 Dawidi amutwara imikogote 1.000, abarwanira ku mafarasi 7.000 n’abarwanira hasi 20.000+. Amafarasi yose akwega imikogote ayavuna amaguru*, asigaza 100 gusa+.