-
1 Ngoma 18:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 ubwo nyene aca arungika umuhungu wiwe Hadoramu kuramutsa umwami Dawidi no kumukeza kubera yarwanije Hadadezeri akamutsinda (kuko Hadadezeri yakunda kurwana na Toyu). Hadoramu yaje azanye ubwoko bwose bw’ibintu bikozwe mu nzahabu, mw’ifeza no mu mujumpu.
-