1 Ngoma 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Dawidi abandanya kuganza Isirayeli yose+. Abo yatwara bose yabatwara neza*, akabatunganiriza+.