1 Ngoma 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hongera kwaduka intambara hagati y’Abafilisitiya n’Abisirayeli. Maze Elihanani mwene Yayiri yica Lahumi mwenewabo na Goliyati+ Umunyegati. Uruti rw’icumu ryiwe rwangana n’igiti abajisha impuzu bazingirako inyuzi+.
5 Hongera kwaduka intambara hagati y’Abafilisitiya n’Abisirayeli. Maze Elihanani mwene Yayiri yica Lahumi mwenewabo na Goliyati+ Umunyegati. Uruti rw’icumu ryiwe rwangana n’igiti abajisha impuzu bazingirako inyuzi+.