1 Ngoma 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Dawidi aca yishura Gadi ati: «Numva binteye intuntu nyinshi. Mugabo hako mpanwa n’umuntu+, ndagusavye mpfume mpanwa na Yehova kuko afise imbabazi nyinshi cane+.»
13 Dawidi aca yishura Gadi ati: «Numva binteye intuntu nyinshi. Mugabo hako mpanwa n’umuntu+, ndagusavye mpfume mpanwa na Yehova kuko afise imbabazi nyinshi cane+.»