-
1 Ngoma 23:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Yahati yari umukuru, hagakurikira Ziza. Mugabo kubera ko Yushi na Beriya bataronse abahungu benshi, baharuwe nk’umuryango umwe ujejwe igikorwa kimwe.
-