-
1 Ngoma 24:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Maze Shemaya mwene Netaneli, umunyamabanga w’Abalewi, yandikira amazina yabo imbere y’umwami, abatware, umuherezi Sadoki+, Ahimeleki+ mwene Abiyatari+ n’abakuru b’imigwi mikurumikuru igizwe n’imiryango y’abaherezi n’iy’Abalewi. Baza baratora umuryango umwe mu bo kwa Eleyazari hanyuma bagatora uwo kwa Itamari, gutyogutyo.
-