1 Ngoma 24:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Urwo ni rwo rutonde bisunga mu kuza mu nzu ya Yehova gukora igikorwa bashinzwe+, bakurikije uko sekuruza wabo Aroni yabigira yisunze ivyo Yehova Imana ya Isirayeli yari yaramutegetse.
19 Urwo ni rwo rutonde bisunga mu kuza mu nzu ya Yehova gukora igikorwa bashinzwe+, bakurikije uko sekuruza wabo Aroni yabigira yisunze ivyo Yehova Imana ya Isirayeli yari yaramutegetse.