-
1 Ngoma 26:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Abo bose bakomoka kuri Obedi-Edomu. Bo n’abahungu babo na benewabo bari abagabo bashoboye ibikorwa kandi bakwije ibisabwa. Mu muryango wa Obedi-Edomu bose bari 62.
-