1 Ngoma 26:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nuko hagirwa ubupfindo+ hakurikijwe imiryango ya ba sekuruza, yaba iyigizwe na bake canke benshi, kugira bamenye abazokorera kuri buri rembo.
13 Nuko hagirwa ubupfindo+ hakurikijwe imiryango ya ba sekuruza, yaba iyigizwe na bake canke benshi, kugira bamenye abazokorera kuri buri rembo.