-
1 Ngoma 26:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Maze ubupfindo bw’abazokorera mu buseruko bugwa kuri Shelemiya. Bagirira n’ubupfindo umuhungu wiwe Zakariya, ubupfindo bwiwe bugwa mu buraruko. Zakariya yari umujanama w’ubwenge.
-