1 Ngoma 26:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Shelomiti* na benewabo bari bajejwe kandi ibintu vyose uwahishurirwa n’Imana+ Samweli*, Sawuli mwene Kishi, Abuneri+ mwene Neri na Yowabu+ mwene Zeruwiya+ bari bareguriye Imana*. Ikintu cose umuntu yegurira Imana ni bo bakizeza.
28 Shelomiti* na benewabo bari bajejwe kandi ibintu vyose uwahishurirwa n’Imana+ Samweli*, Sawuli mwene Kishi, Abuneri+ mwene Neri na Yowabu+ mwene Zeruwiya+ bari bareguriye Imana*. Ikintu cose umuntu yegurira Imana ni bo bakizeza.