-
1 Ngoma 26:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Benewabo bari abagabo 2.700 bashoboye ibikorwa, bakaba n’abakuru b’imigwi mikurumikuru mu muryango bakomokamwo. Umwami Dawidi yaciye abashinga kugaba Abarubeni n’Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase, ku bijanye n’ibintu vyose vy’Imana y’ukuri be n’ibintu vyose vy’umwami.
-