1 Ngoma 27:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Uwagaba umugwi wa mbere wakora mu kwezi kwa mbere yari Yashobeyamu+ mwene Zabidiyeli. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.
2 Uwagaba umugwi wa mbere wakora mu kwezi kwa mbere yari Yashobeyamu+ mwene Zabidiyeli. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.