1 Ngoma 27:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umukuru w’umugwi wa kane w’abakora mu kwezi kugira kane yari Asaheli+ mwenewabo na Yowabu+. Yasubiriwe n’umuhungu wiwe Zebadiya. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.
7 Umukuru w’umugwi wa kane w’abakora mu kwezi kugira kane yari Asaheli+ mwenewabo na Yowabu+. Yasubiriwe n’umuhungu wiwe Zebadiya. Umugwi wiwe warimwo abantu 24.000.