1 Ngoma 28:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nuko umwami Dawidi arahaguruka, avuga ati: «Benewacu, bantu banje, nimunyumvirize. Naripfuje cane kwubaka inzu izokwama ibamwo isandugu y’isezerano rya Yehova, ikaba n’intebe y’ibirenge vy’Imana yacu+. Kandi naravyiteguriye+.
2 Nuko umwami Dawidi arahaguruka, avuga ati: «Benewacu, bantu banje, nimunyumvirize. Naripfuje cane kwubaka inzu izokwama ibamwo isandugu y’isezerano rya Yehova, ikaba n’intebe y’ibirenge vy’Imana yacu+. Kandi naravyiteguriye+.