-
1 Ngoma 28:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Ibi rero ni vyo mvuze, kandi ndabivugiye imbere ya Isirayeli yose, ari ryo shengero rya Yehova, kandi ndabivuze n’Imana yacu yumva: nimwitwararike kurondera gutahura amabwirizwa yose ya Yehova Imana yanyu no kuyakurikiza. Muzoheza mugume muri iki gihugu ciza+ mwongere mukirage abana muzovyara, kibabere intoranwa yamaho.
-