15 Amubwira n’uburemere bw’ivyo baterekako amatara vy’inzahabu+ n’amatara yavyo y’inzahabu, amubwira n’uburemere bw’ivyo baterekako amatara vy’ifeza n’amatara yavyo y’ifeza. Uburemere bw’ico baterekako amatara n’amatara yaco bwavana n’ico bazobikoresha.