1 Ngoma 28:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Imigwi y’abaherezi+ n’iy’Abalewi+ iriteguriye gukora ibikorwa vyose vyo ku nzu y’Imana y’ukuri. Urafise n’abakozi b’abahanga bazokora igikorwa ico ari co cose babikunze+, ukagira n’abatware+ n’abantu bose bazokora ivyo uzobabwira vyose.»
21 Imigwi y’abaherezi+ n’iy’Abalewi+ iriteguriye gukora ibikorwa vyose vyo ku nzu y’Imana y’ukuri. Urafise n’abakozi b’abahanga bazokora igikorwa ico ari co cose babikunze+, ukagira n’abatware+ n’abantu bose bazokora ivyo uzobabwira vyose.»