1 Ngoma 29:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Vyongeye, kubera ko nkunda inzu y’Imana yanje+, hari itunga ryanje+ bwite nipfuza gutanga rigizwe n’inzahabu n’ifeza. Ndaritanze ku bw’inzu y’Imana yanje, ngo ryiyongere ku bindi vyose nateguriye iyo nzu nyeranda.
3 Vyongeye, kubera ko nkunda inzu y’Imana yanje+, hari itunga ryanje+ bwite nipfuza gutanga rigizwe n’inzahabu n’ifeza. Ndaritanze ku bw’inzu y’Imana yanje, ngo ryiyongere ku bindi vyose nateguriye iyo nzu nyeranda.