1 Ngoma 29:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze abatware b’imiryango ya Isirayeli, abatware b’imigwi mikurumikuru igize iyo miryango, abakuru b’imigwi y’abantu 1.000 n’ab’imigwi y’abantu 100+ n’abahagarikiye igikorwa c’umwami+, baca bitaba ako kamo babikunze.
6 Maze abatware b’imiryango ya Isirayeli, abatware b’imigwi mikurumikuru igize iyo miryango, abakuru b’imigwi y’abantu 1.000 n’ab’imigwi y’abantu 100+ n’abahagarikiye igikorwa c’umwami+, baca bitaba ako kamo babikunze.