1 Ngoma 29:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu Aburahamu na Izahaki na Isirayeli, fasha abantu bawe baze bamane uwo mutima, utume imitima yabo iguma kuri wewe+.
18 Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu Aburahamu na Izahaki na Isirayeli, fasha abantu bawe baze bamane uwo mutima, utume imitima yabo iguma kuri wewe+.