1 Ngoma 29:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ivyerekeye umwami Dawidi kuva ku ntango gushika kw’iherezo, vyanditswe mu vyavuzwe n’uwahishurirwa n’Imana* Samweli, umuhanuzi Natani+ na Gadi+ uwavuga ivyo Imana yamweretse. 1 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 29:29 Umunara w’Inderetsi,15/3/2009, rup. 32
29 Ivyerekeye umwami Dawidi kuva ku ntango gushika kw’iherezo, vyanditswe mu vyavuzwe n’uwahishurirwa n’Imana* Samweli, umuhanuzi Natani+ na Gadi+ uwavuga ivyo Imana yamweretse.