2 Ngoma 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Salomo araheza ashikana amashikanwa ng’aho imbere ya Yehova. Yatanze amashikanwa aturirwa 1.000, ayatangira kuri ico gicaniro+ c’umujumpu cari kw’ihema ry’ibonaniro.
6 Salomo araheza ashikana amashikanwa ng’aho imbere ya Yehova. Yatanze amashikanwa aturirwa 1.000, ayatangira kuri ico gicaniro+ c’umujumpu cari kw’ihema ry’ibonaniro.