2 Ngoma 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 None rero Yehova Mana, nushitse ivyo wasezeraniye dawe Dawidi+ kuko wangize umwami w’abantu benshi nk’umukungugu wo kw’isi+.
9 None rero Yehova Mana, nushitse ivyo wasezeraniye dawe Dawidi+ kuko wangize umwami w’abantu benshi nk’umukungugu wo kw’isi+.