2 Ngoma 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze Salomo ava muri ico kibanza co gusengeramwo c’i Gibeyoni+, ahari ihema ry’ibonaniro, aja i Yeruzalemu, abandanya kuganza Isirayeli.
13 Maze Salomo ava muri ico kibanza co gusengeramwo c’i Gibeyoni+, ahari ihema ry’ibonaniro, aja i Yeruzalemu, abandanya kuganza Isirayeli.