2 Ngoma 3:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Hanyuma akora icumba* citwa Aheranda cane+. Uburebure bwaco bwari intambwe 20, bukaba bwangana n’ubwaguke bw’iyo nyubakwa. Ubwaguke bwaco na bwo bwari intambwe 20. Araheza yomeka kuri ico cumba inzahabu nzizanziza+ zingana n’italanto* 600.
8 Hanyuma akora icumba* citwa Aheranda cane+. Uburebure bwaco bwari intambwe 20, bukaba bwangana n’ubwaguke bw’iyo nyubakwa. Ubwaguke bwaco na bwo bwari intambwe 20. Araheza yomeka kuri ico cumba inzahabu nzizanziza+ zingana n’italanto* 600.