2 Ngoma 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Intimbatimba yaco yangana n’ubwaguke bw’ikiganza*. Cari gifise umunwa nk’uw’igikombe, umeze nk’ishurwe ry’ilisi. Cajamwo amazi angana n’ingero zitwa bati 3.000*. 2 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:5 Umunara w’Inderetsi,1/2/2008, rup. 151/12/2005, rup. 19
5 Intimbatimba yaco yangana n’ubwaguke bw’ikiganza*. Cari gifise umunwa nk’uw’igikombe, umeze nk’ishurwe ry’ilisi. Cajamwo amazi angana n’ingero zitwa bati 3.000*.