2 Ngoma 4:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Akora n’imeza cumi azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+. Hanyuma akora amabakure 100 y’inzahabu.
8 Akora n’imeza cumi azishira mu rusengero, zitanu iburyo na zitanu ibubamfu+. Hanyuma akora amabakure 100 y’inzahabu.